Itsinda ry’abakobwa bo mu karere ka Kamonyi mu ntara y’amajyepfo riri mu biyemeje guhinyuza iri hame batangira kuyoboka ububaji, umwuga wakorwaga n’abagabo ku bwiganze buri hejuru.
Ariko Uburusiya ntacerekezo bwatanze c’uko bwiteze kwemera ibisabwa na Ukraine mu kuva hose mu ntara za Ukraine, harimwo n’izo bwafashe mu 2014. Crimea yarigaruriwe n’Uburusiya ico ...